URUGAMBA RW-UMUSORE W-UMURUNDI YIRUKANYWE AGARUKANWA MURI AMERIKA Podcast Por  arte de portada

URUGAMBA RW-UMUSORE W-UMURUNDI YIRUKANYWE AGARUKANWA MURI AMERIKA

URUGAMBA RW-UMUSORE W-UMURUNDI YIRUKANYWE AGARUKANWA MURI AMERIKA

Escúchala gratis

Ver detalles del espectáculo
Kaze mu kiganiro "Wiriwe Maine ". Tugaruka kw'ifatwa ry'abantu ( Abimukira) rimaze igihe rivugwa kuva Perezida Donald Trump agarutse ku butegetsi bagirizwa kuba muri Amerika badakwije ivya ngombwa. Muri kino kiganiro tuvuga ku musore w'Umurundi yirukanywe hadakurikijwe amategeko ariko aragarukanwa ku butaka bwa Amerika kubera umunyamategeko wiwe yarurwanye. Umutumire ni Cassius Shirambere yahoze arongoye ishirahamwe ry'Abarundi baba muri Leta ya Maine. Agaruka ku mpanuro zitari nke na cane cane agahamagarira abantu kugira umuco wo kurondera abanyamategeko babunganira. Yaganiriye na mugenzi wacu Bigoro Ernest Ndayisaba. Kino kiganiro mukigezwaho na Eloge Willy Kaneza.
Todavía no hay opiniones