INYUMA Y-IMYAKA 9 ANYURUJWE, UMUKENYEZI W’UMUMENYESHAMAKURU JEAN BIGIRIMANA ARACASABA UBUTUNGANE Podcast Por  arte de portada

INYUMA Y-IMYAKA 9 ANYURUJWE, UMUKENYEZI W’UMUMENYESHAMAKURU JEAN BIGIRIMANA ARACASABA UBUTUNGANE

INYUMA Y-IMYAKA 9 ANYURUJWE, UMUKENYEZI W’UMUMENYESHAMAKURU JEAN BIGIRIMANA ARACASABA UBUTUNGANE

Escúchala gratis

Ver detalles del espectáculo
Godeberthe Hakizimana, umukenyezi w’umumenyeshamakuru Jean Bigirimana w’Umurundi yanyurujwe mu mwaka wa 2016, n’ubu aracasaba ubutungane n’ukuri kuvyashikiye umugabo wiwe. Amjambo Africa yamusanze mu muji wa Kigali ku murwa mukuru w’u Rwanda aho yahungiye. Yayibwiye ko n’ubu atazohumeka gusaba ubutungane bw-Uburundi gukora amatohoza yigenga kugira ukuri kumenyekane kuvyashikiye umunega wiwe. Abantu n’imiryango babuze ababo, abahohotewe, abo ababo banyurujwe, canke baburiwe irengero-umupfasoni Hakizimana abasaba kudacika intege akabahamagarira kwiyubaka.
Todavía no hay opiniones